Si ubwa mbere u Burundi bwagiriza u Rwanda canke abari mu Rwanda kubudurumbanya kuva haduka ibibazo vya politike mu Burundi mu 2015. Ivyo vyagiriji birimwo ivy'uko u Rwanda rucumbikiye imigwi y ...
Ku ruhande rwiwe, Umutoni Nyankumi, umukuru w'abanyeshure kw’ishure ryisumbuye ryo muri iyo kambi ya Bwagiriza, nawe nyene avuga ko iki kibazo gihambaye cane kuko rimwe na rimwe umukobwa yinjiye ...