资讯

BBC, yagerageje gushaka amakuru arambuye mu rwego rw’igipolisi cyangwa izindi nzego z’umutekano mu Burundi, ariko ntibyakunda, kugeza igihe iyi nkuru yandikwaga. Bwana Bikomagu nta bikorwa bya ...
Igihe icegera ca mbere c'umukuru w'igihugu c'u Burundi, Gaston Sindimwe, yabonana n'abashingamateka hamwe n'abakenguzamateka, ikibazo c'uko u Rwanda rushaka guteka u Burundi cavuzweko cane.