Perezida Trump wa Amerika avuga ko ariko agirira Moscou “ubuntu bukomeye” mu gufasha Uburusiya na Ukraine gushika ku masezerano.
Donald Trump agabisha ko azodugiriza amakori Uburusiya yongere abufatire n'ibindi bihano ari nka hamwe Vladimir Putin yonanirwa no guhagarika intambara yo muri Ukraine. Mu butumwa yanditse ku ...