资讯

Impunzi z'Abarundi muri Tanzania ziba mu makambi ya Nyarugusu mu karere ka Kasulu, Nduta na Mtendeli mu karere ka Kibondo, ni mu ntara ya Kigoma.