Uburundi bwagiriza Urwanda guha indaro abashatse gutembagaza ubutegetsi muri ico gihugu mu mwaka wa 2015. Abategetsi b'Uburundi baguma basaba ko abagirizwa ico caha batahukanwa mu Burundi ...