资讯

Iki gitero kuri uyu Padiri wa Kiliziya Gatolika kibaye mu gihe ubushyamirane muri politike burimo kwiyongera mbere y'amatora yo mu Kwakira (10) uyu mwaka.
Ababa muri iyi kambi bemeza ko umusi wo ku wa kabiri wabaye umusi w'induru, aho amajwi n'amashusho vyakwiragijwe ku mbuga hwaniro vyumvikanamwo urwamo rw'amasasu n'impunzi ziriko zirashwiragira.