Si ubwa mbere u Burundi bwagiriza u Rwanda canke abari mu Rwanda kubudurumbanya kuva haduka ibibazo vya politike mu Burundi mu 2015. Ivyo vyagiriji birimwo ivy'uko u Rwanda rucumbikiye imigwi y ...
Uburusiya buvuga ko bwakoroye drone zibiri zari zitumbereye Kremlin (ikirimba c’umukuru w’igihugu mu Burusiya) i Moscou mw’ijoro ryakeye hanyuma bwagiriza Ukraine kugerageza kugandagura ...
Ngo aho ejo haduka akaguma, ibintu vyari vyatawe na zimwe mu mpunzi vyarajanywe i Bwagiriza mu gihe ba nyene ivyo bintu biteguriye kubisangayo. Bwana Nahayo yavuze kandi yuko ngo impunzi zidashaka ...