Impunzi z'abarundi ziri muri Tanzaniya zivuga ko zabwiwe ko hari umugambi wo kuzihungura ku nguvu, kandi zitizeye umutekano mu gihe zosubizwa mu Burundi. Bamwe mu mpunzi zo mu nkambi ya Nyarugusu ...